Kuvayo 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko bene Isirayeli bararondoka, batangura kugwirirana; kandi baguma bagwira bongera barushiriza gukomera ku rugero rudasanzwe, ku buryo buzura ico gihugu+.
7 Nuko bene Isirayeli bararondoka, batangura kugwirirana; kandi baguma bagwira bongera barushiriza gukomera ku rugero rudasanzwe, ku buryo buzura ico gihugu+.