Itanguriro 46:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Irongera iti: “Ndi Imana y’ukuri+, Imana ya so+. Ntutinye kumanuka mu Misiri, kuko nzoguhindurirayo ihanga rikomeye+. Gusubira mu vyagezwe 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nawe uze wishure, uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: ‘Dawe yari Umusiriya+ ari ku mpfiro; maze amanuka mu Misiri+, abayo ari kavamahanga ari kumwe n’abantu b’imparurwa+; mugabo hiyo yacitse ihanga rihambaye, rikomeye kandi ry’abantu benshi+. Ivyakozwe 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Igihe kiriko kiregereza c’uko umuhango Imana yari yahaye Aburahamu icese uranguka, nya bantu barongerekana, baragwira mu Misiri+,
3 Irongera iti: “Ndi Imana y’ukuri+, Imana ya so+. Ntutinye kumanuka mu Misiri, kuko nzoguhindurirayo ihanga rikomeye+.
5 Nawe uze wishure, uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: ‘Dawe yari Umusiriya+ ari ku mpfiro; maze amanuka mu Misiri+, abayo ari kavamahanga ari kumwe n’abantu b’imparurwa+; mugabo hiyo yacitse ihanga rihambaye, rikomeye kandi ry’abantu benshi+.
17 “Igihe kiriko kiregereza c’uko umuhango Imana yari yahaye Aburahamu icese uranguka, nya bantu barongerekana, baragwira mu Misiri+,