ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 28:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi ehe Yehova yari hejuru yayo, maze atangura kuvuga+ ati:

      “Ndi Yehova Imana ya Aburahamu so wawe n’Imana ya Izahaki+. Igihugu uryamyeko ngiye kugiha wewe n’uruvyaro rwawe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,

      Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,

      Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+

      Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+.

  • Amosi 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Nzobateragira koko ku butaka bwabo, kandi ntibazokwongera kurandurwa ku butaka bwabo nabihereye+,’ ni ko Yehova Imana yawe avuze.”

  • Ivyakozwe 7:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yamara nta tongo ry’intoranwa yamuhaye muri co, oya, habe n’ahangana n’ubwaguke bw’ikirenge+; mugabo yasezeranye kukimuha ngo kimubere inyegu+, kandi hanyuma yiwe gihabwe uruvyaro rwiwe+, kandi ata mwana yari bwagire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika