Abalewi 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bikeyi kuri nya kimazi c’ugusangira aze abishikirize bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ukuvuga ca kinure+ gipfuka amara, eka ikinure cose kiri hejuru y’amara+,
3 Bikeyi kuri nya kimazi c’ugusangira aze abishikirize bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ukuvuga ca kinure+ gipfuka amara, eka ikinure cose kiri hejuru y’amara+,