Abalewi 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umuherezi aze abifumbishe umwotsi+ ku gicaniro bwa bifungurwa+, ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. Guharura 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze abwira Kora n’ikoraniro ryiwe ryose ati: “Mu gitondo Yehova azomenyesha uwumwegukira uwo ari we+ n’uwuri mweranda+ n’uwutegerezwa kwegera hafi yiwe+, kandi uwo azotora+ wese ni we azokwegera hafi yiwe.
11 Umuherezi aze abifumbishe umwotsi+ ku gicaniro bwa bifungurwa+, ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova.
5 Maze abwira Kora n’ikoraniro ryiwe ryose ati: “Mu gitondo Yehova azomenyesha uwumwegukira uwo ari we+ n’uwuri mweranda+ n’uwutegerezwa kwegera hafi yiwe+, kandi uwo azotora+ wese ni we azokwegera hafi yiwe.