Umusiguzi 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko Imana y’ukuri ubwayo izoshira mu rubanza igikorwa c’ubwoko bwose, mu bijanye n’ikintu cose canyegejwe, ngo biboneke ko ari ciza canke kibi+. 1 Timoteyo 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ibicumuro vy’abantu bamwe biribonekeza icese+, bigashikana ubwo nyene ku rubanza, abandi na bo ibicumuro vyabo na vyo nyene biribonekeza mu nyuma+.
14 Kuko Imana y’ukuri ubwayo izoshira mu rubanza igikorwa c’ubwoko bwose, mu bijanye n’ikintu cose canyegejwe, ngo biboneke ko ari ciza canke kibi+.
24 Ibicumuro vy’abantu bamwe biribonekeza icese+, bigashikana ubwo nyene ku rubanza, abandi na bo ibicumuro vyabo na vyo nyene biribonekeza mu nyuma+.