Guharura 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ivyiza vyose kuruta ibindi mu mavuta, n’ivyiza vyose kuruta ibindi mu muvinyu mushasha n’intete, imishuzo+ yavyo, ivyo bazoha Yehova, nabiguhaye+.
12 “Ivyiza vyose kuruta ibindi mu mavuta, n’ivyiza vyose kuruta ibindi mu muvinyu mushasha n’intete, imishuzo+ yavyo, ivyo bazoha Yehova, nabiguhaye+.