Matayo 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 canke umupfuko w’ibifungurwa ku bw’urugendo, canke impuzu zibiri zo munsi canke inkweto* canke inkoni; kuko umukozi akwiriye ibifungurwa vyiwe+. Luka 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko mugume muri iyo nzu+, murya mwongera munywa ivyo batanga+, kuko umukozi akwiriye impembo yiwe+. Ntimuze murimuka muva mu nzu muja mu yindi+. 1 Abakorinto 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko mw’itegeko rya Musa handitswe ngo: “Ntukarumye umunwa w’ishūri iyo iriko irakubita ibinyantete+.” Mbega amashūri ni yo Imana ibabaye? 1 Abakorinto 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ntimuzi yuko abakora imirimo myeranda barya+ ibintu vyo mu rusengero, abaguma bakora+ ku gicaniro* na bo bagasangira n’igicaniro? Abagalatiya 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, umuntu wese ariko yigishwa+ ku munwa ijambo ry’Imana, nasangire+ ivyiza vyose n’uwutanga mwene iyo nyigisho+. 1 Timoteyo 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko icanditswe kivuga giti: “Ntukarumye umunwa w’ishūri iyo ikubita ibinyantete+”; kandi giti: “Umukozi arabereye impembo yiwe+.”
10 canke umupfuko w’ibifungurwa ku bw’urugendo, canke impuzu zibiri zo munsi canke inkweto* canke inkoni; kuko umukozi akwiriye ibifungurwa vyiwe+.
7 Nuko mugume muri iyo nzu+, murya mwongera munywa ivyo batanga+, kuko umukozi akwiriye impembo yiwe+. Ntimuze murimuka muva mu nzu muja mu yindi+.
9 Kuko mw’itegeko rya Musa handitswe ngo: “Ntukarumye umunwa w’ishūri iyo iriko irakubita ibinyantete+.” Mbega amashūri ni yo Imana ibabaye?
13 Ntimuzi yuko abakora imirimo myeranda barya+ ibintu vyo mu rusengero, abaguma bakora+ ku gicaniro* na bo bagasangira n’igicaniro?
6 Vyongeye, umuntu wese ariko yigishwa+ ku munwa ijambo ry’Imana, nasangire+ ivyiza vyose n’uwutanga mwene iyo nyigisho+.
18 Kuko icanditswe kivuga giti: “Ntukarumye umunwa w’ishūri iyo ikubita ibinyantete+”; kandi giti: “Umukozi arabereye impembo yiwe+.”