ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 33:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Aroni yari afise imyaka ijana na mirongo ibiri n’itatu igihe yapfira ku musozi Horo.

  • Gusubira mu vyagezwe 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Hanyuma bene Isirayeli bafata inzira bava i Beyeroti Bene-yakani+ baja i Mosera. Aho ni ho Aroni yapfiriye, hanyuma aba ari ho ahambwa+; maze Eleyazari umuhungu wiwe atangura gukora bwa muherezi mu kibanza ciwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Uheze upfire kuri uyo musozi uduzeko, uhamvye abantu b’iwanyu+, nk’uko Aroni mwene wanyu yapfiriye ku musozi Horo+, agahamvya ab’iwabo;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika