Guharura 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kuri Asheri+: Pagiyeli+ mwene Okarani; Guharura 7:72 Bibiliya y’isi nshasha 72 Ku musi ugira cumi na rimwe hari haramukiwe umukuru wa bene Asheri, Pagiyeli+ mwene Okarani. Guharura 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ingabo z’umuryango wa bene Asheri+ zagabwa na Pagiyeli+ mwene Okarani.