Guharura 2:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Abazokambika iruhande yiwe ni umuryango wa Asheri, umukuru wa bene Asheri akaba ari Pagiyeli+ mwene Okarani. Guharura 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ingabo z’umuryango wa bene Asheri+ zagabwa na Pagiyeli+ mwene Okarani.
27 Abazokambika iruhande yiwe ni umuryango wa Asheri, umukuru wa bene Asheri akaba ari Pagiyeli+ mwene Okarani.