ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Baca babwira Musa bati: “Mbega ni uko mu Misiri ata mva zihari muko watuzana ng’aha gupfira mu gahinga+? Ibi wadukoreye ni ibiki mu kudukura mu Misiri?

  • Kuvayo 15:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Abantu batangura kwidodombera Musa+, bati: “None tunywa iki?”

  • Guharura 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mbega ni ikintu gitoyi kuba waratuduganye udukuye mu gihugu gitemba amata n’ubuki kugira ngo utwicire mu gahinga+, ku buryo ushaka no kwigira umuganwa kuri twebwe uherejeko+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika