ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 16:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi bene Isirayeli baguma bababwira ngo: “Iyo dupfuma twicwa+ n’ukuboko kwa Yehova mu gihugu ca Misiri tuciteretse za nkono z’inyama+, tucirira umukate tugahaga, kuko mwatuzanye muri aka gahinga kugira mwicishe ikigoyi iri shengero ryose+.”

  • Kuvayo 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Abantu babandanya kunyoterwa amazi aho hantu, baguma bidodombera Musa ngo: “Kubera iki watuduganye ukadukura mu Misiri kugira ngo utwicishe inyota twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu+?”

  • Guharura 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko bene Isirayeli bose batangura kwidodombera Musa na Aroni+, kandi ikoraniro ryose ritangura kuvuga ribarwanya riti: “Ese iyo dupfuma dupfira mu gihugu ca Misiri, canke tugapfuma dupfira muri aka gahinga!

  • Zaburi 106:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Nayo ba sogokuruza bacu mu Misiri,

      Nta gutahura kwimbitse na gukeyi berekanye ku bijanye n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe+.

      Ntibibutse umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buhambaye+,

      Ahubwo baragararije ku kiyaga, kuri ca kiyaga Gitukura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika