Kuvayo 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Baca babwira Musa bati: “Mbega ni uko mu Misiri ata mva zihari muko watuzana ng’aha gupfira mu gahinga+? Ibi wadukoreye ni ibiki mu kudukura mu Misiri?
11 Baca babwira Musa bati: “Mbega ni uko mu Misiri ata mva zihari muko watuzana ng’aha gupfira mu gahinga+? Ibi wadukoreye ni ibiki mu kudukura mu Misiri?