ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi nk’uko Musa yadugije inzoka+ mu gahinga, ni ko n’Umwana w’umuntu ategerezwa kuduzwa+,

  • Yohani 8:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Yezu rero ababwira ati: “Nimwamara kuduza+ Umwana w’umuntu+, ni ho muzomenya yuko ndi we+, be n’uko ata kintu na kimwe nkora ndavyigeneye+; mugabo nk’uko Data yanyigishije ni ko mvuga ivyo bintu+.

  • Yohani 12:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Yamara jewe, ninaduzwa+ ngakurwa kw’isi, nzokwikwegerako abantu b’uburyo bwose+.”

  • Abagalatiya 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kristu mu kuducungura+ yaratubohoye+ umuvumo w’Itegeko mu gucika umuvumo+ mu kibanza cacu, kuko vyanditswe ngo: “Aravumwe umuntu wese amanitswe ku giti+.”

  • 1 Petero 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 We ubwiwe yarikoreye ibicumuro vyacu+ mu mubiri wiwe bwite ku giti+, kugira ngo tuvavanure n’ibicumuro+ hanyuma tubereho gukora ivy’ubugororotsi. Kandi “mwakijijwe biciye ku bisebe vyiwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika