Guharura 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ako kanya Musa ahingura inzoka y’umujumpu+ araheza ayishira kuri nya gikingi c’ikimenyetso+; nuko mu gihe inzoka yaba iriye umuntu hanyuma agahanga amaso+ nya nzoka y’umujumpu, yaca aguma ari muzima+.
9 Ako kanya Musa ahingura inzoka y’umujumpu+ araheza ayishira kuri nya gikingi c’ikimenyetso+; nuko mu gihe inzoka yaba iriye umuntu hanyuma agahanga amaso+ nya nzoka y’umujumpu, yaca aguma ari muzima+.