ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi nk’uko Musa yadugije inzoka+ mu gahinga, ni ko n’Umwana w’umuntu ategerezwa kuduzwa+,

  • Yohani 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 kugira ngo umuntu wese amwemera aronke ubuzima budahera+.

  • Yohani 6:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Kuko uku ari kwo kugomba kwa Data: ni uko uwo wese abona Umwana akamwizera aronka ubuzima budahera+, nanje nzomuzura ku musi wa nyuma+.”

  • Abaroma 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 kuko muri yo ari ho ubugororotsi bw’Imana+ buriko burahishurwa bivanye n’ukwizera+ kandi bikagana ku kwizera, nk’uko vyanditswe ngo: “Mugabo umugororotsi—azobeshwaho n’ukwizera+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika