Yohani 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+! Abaheburayo 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 dushinze ijisho ya Mboneza+ akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge+, ari we Yezu. Ku bw’akanyamuneza yashizwe imbere yarihanganiye+ igiti co kubabarizwako, asuzugura ibimaramare, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami y’Imana+.
29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!
2 dushinze ijisho ya Mboneza+ akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge+, ari we Yezu. Ku bw’akanyamuneza yashizwe imbere yarihanganiye+ igiti co kubabarizwako, asuzugura ibimaramare, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami y’Imana+.