Guharura 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 be n’umunwa w’imyonga, uwiheteye amaja ku cicaro ca Ari+ kandi ukaba wegamiye umupaka wa Mowabu.” Gusubira mu vyagezwe 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova maze ambwira ati: ‘Ntusindire Mowabu canke ngo uje mu ntambara na bo, kuko ata na gatoyi nzoguha ngo wiganzire ku gihugu ciwe, kuko Ari+ nayihaye bene Loti+ ngo bayiganzire.
9 Yehova maze ambwira ati: ‘Ntusindire Mowabu canke ngo uje mu ntambara na bo, kuko ata na gatoyi nzoguha ngo wiganzire ku gihugu ciwe, kuko Ari+ nayihaye bene Loti+ ngo bayiganzire.