Kuvayo 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ico gihe abatware* ba Edomu bazohagarika umutima koko;Nayo za ntwazagitugu za Mowabu, ukujugumira kuzozifata+.Ababa i Kanani bose bazovunika umutima koko+. Gusubira mu vyagezwe 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uyu musi ngira ntangure gutuma ibisata vy’abantu vyo munsi y’amajuru yose bizokwumva inkuru yawe bikugirira ubwoba, bigutinye. Kandi bazohagarika umutima koko, bagire ububabare nka burya bw’ukwibaruka, kubera wewe+.’
15 Ico gihe abatware* ba Edomu bazohagarika umutima koko;Nayo za ntwazagitugu za Mowabu, ukujugumira kuzozifata+.Ababa i Kanani bose bazovunika umutima koko+.
25 Uyu musi ngira ntangure gutuma ibisata vy’abantu vyo munsi y’amajuru yose bizokwumva inkuru yawe bikugirira ubwoba, bigutinye. Kandi bazohagarika umutima koko, bagire ububabare nka burya bw’ukwibaruka, kubera wewe+.’