Guharura 22:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Maze umumarayika wa Yehova amubwira ati: “Kubera iki indogobwa yawe wayikubise izo ncuro zitatu zose? Ehe jewe, jewe nasohotse kukuzibira, kuko inzira yawe yahurudukiye kurwanya ukugomba kwanje+.
32 Maze umumarayika wa Yehova amubwira ati: “Kubera iki indogobwa yawe wayikubise izo ncuro zitatu zose? Ehe jewe, jewe nasohotse kukuzibira, kuko inzira yawe yahurudukiye kurwanya ukugomba kwanje+.