Guharura 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo Imana ibwira Balamu iti: “Ntuze ujane na bo. Ntuze uvume abo bantu+, kuko bahezagiwe+.” Gusubira mu vyagezwe 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko bataje kubatabaza+ umukate n’amazi mu nzira igihe mwari muvuye mu Misiri+, no kubera bahereye Balamu mwene Beyori w’i Petori h’i Mezopotamiya ngo ahamagarire akabi kuri wewe+. Umusiguzi 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibi ni vyo birimwo ivyago mu vyakozwe munsi y’izuba vyose: kubera ko hari iherezo rimwe kuri bose+, umutima w’abana b’abantu wuzuye ibibi+; kandi hari ubusazi+ mu mutima wabo mu buzima bwabo bwose, inyuma yaho na ho—ni uguhamvya abapfuye+! 2 Petero 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu guta inzira igororotse, barazimijwe. Bakurikiye ya nzira ya Balamu+, mwene Beyori, uwakunze impembo y’ubukozi bw’ikibi+,
4 kuko bataje kubatabaza+ umukate n’amazi mu nzira igihe mwari muvuye mu Misiri+, no kubera bahereye Balamu mwene Beyori w’i Petori h’i Mezopotamiya ngo ahamagarire akabi kuri wewe+.
3 Ibi ni vyo birimwo ivyago mu vyakozwe munsi y’izuba vyose: kubera ko hari iherezo rimwe kuri bose+, umutima w’abana b’abantu wuzuye ibibi+; kandi hari ubusazi+ mu mutima wabo mu buzima bwabo bwose, inyuma yaho na ho—ni uguhamvya abapfuye+!
15 Mu guta inzira igororotse, barazimijwe. Bakurikiye ya nzira ya Balamu+, mwene Beyori, uwakunze impembo y’ubukozi bw’ikibi+,