Yobu 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abato n’abahambaye hariya ni cokimwe+N’umushumba aba abohowe kuri shebuja. Yobu 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko umuntu w’umugabo arapfa, akarambarara yatsinzwe;Umuntu yakuwe mw’ivu aracikana, kandi ari hehe+? Umusiguzi 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi jewe navuze mu mutima wanje+ nti: “Iherezo nka rirya ry’ikijuju+ ni ryo rizonshikira na jewe+.” Kubera iki none ico gihe nari nabaye inkerebutsi nkarenza urugero+? Maze mvugira mu mutima wanje nti: “Ivyo na vyo nyene ni ubusa.”
10 Ariko umuntu w’umugabo arapfa, akarambarara yatsinzwe;Umuntu yakuwe mw’ivu aracikana, kandi ari hehe+?
15 Kandi jewe navuze mu mutima wanje+ nti: “Iherezo nka rirya ry’ikijuju+ ni ryo rizonshikira na jewe+.” Kubera iki none ico gihe nari nabaye inkerebutsi nkarenza urugero+? Maze mvugira mu mutima wanje nti: “Ivyo na vyo nyene ni ubusa.”