Guharura 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ubu rero, ndakwinginze uze, umvumire+ aba bantu, kuko bandusha ubushobozi. Hari aho nobanesha, nkabirukana mu gihugu; kuko nzi neza yuko uwo uhezagiye aba ahezagiwe, uwo uvumye na we akaba avumwe+.” Yosuwa 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Balaki mwene Zipori+, umwami wa Mowabu, arahaguruka, arwanya Isirayeli+. Atumako rero Balamu mwene Beyori kugira ngo ahamagarire akabi kuri mwebwe+. Nehemiya 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko batari barasanganije bene Isirayeli umukate+ n’amazi+, mugabo bagahera Balamu+ ngo ahamagarire akabi kuri bo+. Ariko Imana yacu uwo muvumo iwuhindura umuhezagiro+.
6 Ubu rero, ndakwinginze uze, umvumire+ aba bantu, kuko bandusha ubushobozi. Hari aho nobanesha, nkabirukana mu gihugu; kuko nzi neza yuko uwo uhezagiye aba ahezagiwe, uwo uvumye na we akaba avumwe+.”
9 Maze Balaki mwene Zipori+, umwami wa Mowabu, arahaguruka, arwanya Isirayeli+. Atumako rero Balamu mwene Beyori kugira ngo ahamagarire akabi kuri mwebwe+.
2 kuko batari barasanganije bene Isirayeli umukate+ n’amazi+, mugabo bagahera Balamu+ ngo ahamagarire akabi kuri bo+. Ariko Imana yacu uwo muvumo iwuhindura umuhezagiro+.