Abacamanza 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze Isirayeli ituma intumwa ku mwami wa Edomu+ iti: “Ndakwinginze ureke nce mu gihugu cawe,” ariko umwami wa Edomu ntiyumviriza. Batuma no ku mwami wa Mowabu+, ariko ntiyemera. Isirayeli ibandanya rero kuba i Kadeshi+.
17 Maze Isirayeli ituma intumwa ku mwami wa Edomu+ iti: “Ndakwinginze ureke nce mu gihugu cawe,” ariko umwami wa Edomu ntiyumviriza. Batuma no ku mwami wa Mowabu+, ariko ntiyemera. Isirayeli ibandanya rero kuba i Kadeshi+.