Guharura 23:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mbega noshobora nte kuvuma abo Imana itavumye+?Kandi noshobora nte gusiba abo Yehova atasivye+? Guharura 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose. Gusubira mu vyagezwe 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova Imana yawe ntiyashatse kwumviriza Balamu+. Mugabo Yehova Imana yawe yahinduye uyo muvumo umuhezagiro ku bwawe+, kuko Yehova Imana yawe yagukunze+. Zaburi 109:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bobo nibavume+,Ariko weho uhezagire+.Barahagurutse, ariko nibamaramare+,Umusavyi wawe na we anezerwe+. Mika 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”
10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose.
5 Yehova Imana yawe ntiyashatse kwumviriza Balamu+. Mugabo Yehova Imana yawe yahinduye uyo muvumo umuhezagiro ku bwawe+, kuko Yehova Imana yawe yagukunze+.
28 Bobo nibavume+,Ariko weho uhezagire+.Barahagurutse, ariko nibamaramare+,Umusavyi wawe na we anezerwe+.
5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”