ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Kuba Yehova yarabakunze ku buryo abatora, si uko ari mwe mwari benshi kuruta mu bisata vyose vy’abantu+, kuko ari mwe mwari bake kuruta mu bisata vyose+.

  • Gusubira mu vyagezwe 33:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Yarakunda cane abantu biwe+;

      Aberanda babo bose bari mu kuboko kwawe+.

      Kandi bo ubwabo baragandagaje imbere y’ibirenge vyawe+;

      Batanguye kwakira amwamwe mu majambo yawe+.

  • Ezekiyeli 16:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Nuko nca iruhande yawe, ndakubona, kandi ehe igihe warimwo cari igihe c’uguserura urukundo+. Ni kwo guca ngusanzako impuzu* yanje+, mpfuka ubusa bwawe, nkurahira indahiro, ninjira mw’isezerano nawe+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘gutyo uba uwanje+.

  • Malaki 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Narabakunze+,” ni ko Yehova avuze.

      Namwe mwavuze muti: “Wadukunze gute+?”

      “Mbega Esawu ntiyari mwene wabo na Yakobo+?”, ni ko Yehova avuze. “Ariko nakunze Yakobo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika