Kuvayo 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi ubwanyu muzombera ubwami bw’abaherezi n’ihanga ryeranda+.’ Ayo ni yo majambo ubwirizwa kubwira bene Isirayeli.” Zaburi 50:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Koranirize kuri jewe intahemuka zanje+,Barya bapfundika isezerano ryanje biciye ku bimazi+.”
6 Kandi ubwanyu muzombera ubwami bw’abaherezi n’ihanga ryeranda+.’ Ayo ni yo majambo ubwirizwa kubwira bene Isirayeli.”