Abalewi 11:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Kuko ndi Yehova Imana yanyu+; kandi mutegerezwa kwiyeza, kandi mutegerezwa kuba beranda+, kuko jewe ndi mweranda+. Ntimuze mwihumanishe ibiremwa bigwirirana na bimwe bigendagenda kw’isi. Gusubira mu vyagezwe 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+. Yesaya 61:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nayo mwebwe, muzokwitwa abaherezi ba Yehova+; muzovugwa+ ko muri abasuku+ b’Imana yacu. Muzorya amatunga y’amahanga+, kandi muzokwihaya ubuninahazwa bwabo akamwemwe kabasya+. 1 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+. Ivyahishuwe 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kandi wabagize ubwami+ n’abaherezi+ ku Mana yacu+, kandi bazoganza isi+.”
44 Kuko ndi Yehova Imana yanyu+; kandi mutegerezwa kwiyeza, kandi mutegerezwa kuba beranda+, kuko jewe ndi mweranda+. Ntimuze mwihumanishe ibiremwa bigwirirana na bimwe bigendagenda kw’isi.
6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+.
6 Nayo mwebwe, muzokwitwa abaherezi ba Yehova+; muzovugwa+ ko muri abasuku+ b’Imana yacu. Muzorya amatunga y’amahanga+, kandi muzokwihaya ubuninahazwa bwabo akamwemwe kabasya+.
9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.