ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ahubwo kubera ko Yehova abakunda+, no kubera ko agumya indahiro yari yararahiye ba sogokuruza banyu+, ni co catumye Yehova abakuzayo ikiganza gikomeye+, kugira ngo abacungure abakure mu nzu y’abashumba+, mu kuboko kwa Farawo umwami wa Misiri.

  • Gusubira mu vyagezwe 23:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yehova Imana yawe ntiyashatse kwumviriza Balamu+. Mugabo Yehova Imana yawe yahinduye uyo muvumo umuhezagiro ku bwawe+, kuko Yehova Imana yawe yagukunze+.

  • Zaburi 47:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Azoduhitiramwo intoranwa yacu+,

      Ivyishimo vya Yakobo, uwo yakunze+. Sela.

  • Hoseya 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Igihe Isirayeli yari agahungu naramukunda+, kandi nahamagaye umwana wanje ngo ave mu Misiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika