Guharura 22:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mugabo umumarayika wa Yehova abwira Balamu ati: “Jana n’abo bagabo+; kandi ntihaze hagire ikindi uvuga atari ijambo nzokubwira+.” Nuko Balamu abandanya kujana n’abaganwa ba Balaki. Mika 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”
35 Mugabo umumarayika wa Yehova abwira Balamu ati: “Jana n’abo bagabo+; kandi ntihaze hagire ikindi uvuga atari ijambo nzokubwira+.” Nuko Balamu abandanya kujana n’abaganwa ba Balaki.
5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”