Guharura 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Imana iza kuri Balamu mw’ijoro, imubwira iti: “Nimba aba bagabo bazanywe no kuguhamagara, haguruka ujane na bo. Mugabo ijambo nzokubwira ni ryo gusa uzovuga+.”
20 Maze Imana iza kuri Balamu mw’ijoro, imubwira iti: “Nimba aba bagabo bazanywe no kuguhamagara, haguruka ujane na bo. Mugabo ijambo nzokubwira ni ryo gusa uzovuga+.”