Guharura 22:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mugabo umumarayika wa Yehova abwira Balamu ati: “Jana n’abo bagabo+; kandi ntihaze hagire ikindi uvuga atari ijambo nzokubwira+.” Nuko Balamu abandanya kujana n’abaganwa ba Balaki. Guharura 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Na we arishura ati: “Mbega ico Yehova ashize mu kanwa kanje cose si co nkwiye kwitwararika kuvuga+?” Guharura 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ‘Naho Balaki yompa inzu yiwe yuzuye ifeza n’inzahabu, sinoshobora kurenga itegeko rya Yehova ngo ngire ico nkora, caba ciza canke kibi kivuye mu mutima wanje bwite; ico Yehova ari buvuge cose ni co nzovuga+’?
35 Mugabo umumarayika wa Yehova abwira Balamu ati: “Jana n’abo bagabo+; kandi ntihaze hagire ikindi uvuga atari ijambo nzokubwira+.” Nuko Balamu abandanya kujana n’abaganwa ba Balaki.
12 Na we arishura ati: “Mbega ico Yehova ashize mu kanwa kanje cose si co nkwiye kwitwararika kuvuga+?”
13 ‘Naho Balaki yompa inzu yiwe yuzuye ifeza n’inzahabu, sinoshobora kurenga itegeko rya Yehova ngo ngire ico nkora, caba ciza canke kibi kivuye mu mutima wanje bwite; ico Yehova ari buvuge cose ni co nzovuga+’?