Yesaya 65:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Raba! Abasavyi banje bazorya+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inzara+. Raba! Abasavyi banje bazonywa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inyota+. Raba! Abasavyi banje bazonezerwa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’ibimaramare+. Abaheburayo 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 dushinze ijisho ya Mboneza+ akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge+, ari we Yezu. Ku bw’akanyamuneza yashizwe imbere yarihanganiye+ igiti co kubabarizwako, asuzugura ibimaramare, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami y’Imana+.
13 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Raba! Abasavyi banje bazorya+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inzara+. Raba! Abasavyi banje bazonywa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’inyota+. Raba! Abasavyi banje bazonezerwa+, mugabo mwebwe muzokwicwa n’ibimaramare+.
2 dushinze ijisho ya Mboneza+ akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge+, ari we Yezu. Ku bw’akanyamuneza yashizwe imbere yarihanganiye+ igiti co kubabarizwako, asuzugura ibimaramare, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami y’Imana+.