Zaburi 34:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Intambwe z’imikangara z’imigāra ubwazo zaraburaniwe zirasonza+;Yamara abarondera Yehova bobo, nta kintu ciza bazobura+. Zaburi 37:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Narabaye umusore, mbere ndashaje+,Yamara sinabonye umugororotsi yahebwe buhere+,Canke uruvyaro rwiwe rusēga umukate+. Malaki 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Namwe ntimuzobura kwongera kubona ubudasa buri hagati y’umugororotsi n’umubisha+, hagati y’uwukorera Imana n’uwutayikoreye+.” Luka 16:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo Aburahamu avuga ati: ‘Mwananje, ibuka yuko waronse ivyiza vyawe vyose mu buzima bwawe, mugabo Lazaro na we akaronka ibibi. Yamara ubu ariko arahorezwa ng’aha mugabo nawe uri mu mubabaro mwinshi+.
10 Intambwe z’imikangara z’imigāra ubwazo zaraburaniwe zirasonza+;Yamara abarondera Yehova bobo, nta kintu ciza bazobura+.
25 Narabaye umusore, mbere ndashaje+,Yamara sinabonye umugororotsi yahebwe buhere+,Canke uruvyaro rwiwe rusēga umukate+.
18 Namwe ntimuzobura kwongera kubona ubudasa buri hagati y’umugororotsi n’umubisha+, hagati y’uwukorera Imana n’uwutayikoreye+.”
25 Mugabo Aburahamu avuga ati: ‘Mwananje, ibuka yuko waronse ivyiza vyawe vyose mu buzima bwawe, mugabo Lazaro na we akaronka ibibi. Yamara ubu ariko arahorezwa ng’aha mugabo nawe uri mu mubabaro mwinshi+.