ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 24:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Niwashwabura umwimbu wawe wo mu murima wawe+, ukibagirira umuganda mu murima, ntuze usubire inyuma kuwutora. Uwo muganda ukwiye kugumayo ku bwa kavamahanga, ku bw’impfuvyi no ku bw’umupfakazi+, kugira Yehova Imana yawe aguhezagire mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+.

  • Zaburi 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Azokwibera mu vyiza+,

      Kandi uruvyaro rwiwe ruzokwigarurira isi+.

  • Zaburi 112:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Uruvyaro rwiwe ruzogira inkomezi mw’isi+.

      ד [Daleti]

      Nayo iyaruka ry’abagororotse, rizohezagirwa+.

  • Zaburi 145:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Vyose bihanga amaso wewe bifise ukwizigira+,

      Nawe ukabiha indya zavyo mu kiringo cazo+.

  • Imigani 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova ntazoreka umugororotsi ngo asonze+, ariko ukwipfuza kw’ababisha azoguhindira kure+.

  • Imigani 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umuntu mwiza asigira intoranwa abana b’abana biwe, kandi ubutunzi bw’umucumuzi ni ikintu kibikiwe muri ntibate umugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika