Zaburi 31:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,Imbere y’abana b’abantu+. Zakariya 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nkako, ewe kuntu ukumera neza kwiwe ari kwinshi+, n’ubwiza bwiwe ukuntu ari bwinshi+! Intete ni zo zizotuma imisore isagamba, umuvinyu mushasha utume abigeme b’isugi basagamba+.”
19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,Imbere y’abana b’abantu+.
17 Nkako, ewe kuntu ukumera neza kwiwe ari kwinshi+, n’ubwiza bwiwe ukuntu ari bwinshi+! Intete ni zo zizotuma imisore isagamba, umuvinyu mushasha utume abigeme b’isugi basagamba+.”