Guharura 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ubu rero, ndakwinginze uze, umvumire+ aba bantu, kuko bandusha ubushobozi. Hari aho nobanesha, nkabirukana mu gihugu; kuko nzi neza yuko uwo uhezagiye aba ahezagiwe, uwo uvumye na we akaba avumwe+.” 2 Samweli 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo umwami avuga ati: “Mpuriye ku ki namwe+, ga yemwe bene Zeruwiya+? Nimumureke ahamagarire akabi kuri jewe+, kuko Yehova ari we yamubwiye ati+: ‘Hamagarira akabi kuri Dawidi!’ Ni nde none yovuga ati: ‘Kubera iki wagize gutyo+?’”
6 Ubu rero, ndakwinginze uze, umvumire+ aba bantu, kuko bandusha ubushobozi. Hari aho nobanesha, nkabirukana mu gihugu; kuko nzi neza yuko uwo uhezagiye aba ahezagiwe, uwo uvumye na we akaba avumwe+.”
10 Mugabo umwami avuga ati: “Mpuriye ku ki namwe+, ga yemwe bene Zeruwiya+? Nimumureke ahamagarire akabi kuri jewe+, kuko Yehova ari we yamubwiye ati+: ‘Hamagarira akabi kuri Dawidi!’ Ni nde none yovuga ati: ‘Kubera iki wagize gutyo+?’”