ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 19:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mugabo Dawidi avuga ati: “Mpuriye ku ki namwe+, ga yemwe bene Zeruwiya, kugira ngo uno musi mube abandwanya+? Hari uwokwicwa uno musi muri Isirayeli+? Mbega sinzi neza uno musi ko ndi umwami aganza Isirayeli?”

  • 2 Abami 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze Elisha abwira umwami wa Isirayeli ati: “Mpuriye ku ki nawe+? Ja ku bahanuzi+ ba so no ku bahanuzi ba nyoko.” Mugabo umwami wa Isirayeli amubwira ati: “Oya, kuko Yehova yahamagaye aba bami batatu kugira ngo abatange mu kuboko kwa Mowabu+.”

  • Luka 9:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 Mugabo arahindukira arabahambarira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika