Guharura 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo Imana ibwira Balamu iti: “Ntuze ujane na bo. Ntuze uvume abo bantu+, kuko bahezagiwe+.” Guharura 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose.
10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose.