Guharura 23:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Balamu na we yishura Balaki ati: “Sinakubwiye none nti: ‘Ivyo Yehova aza kumbwira vyose ni vyo nza gukora+’?” Guharura 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ‘Naho Balaki yompa inzu yiwe yuzuye ifeza n’inzahabu, sinoshobora kurenga itegeko rya Yehova ngo ngire ico nkora, caba ciza canke kibi kivuye mu mutima wanje bwite; ico Yehova ari buvuge cose ni co nzovuga+’?
26 Balamu na we yishura Balaki ati: “Sinakubwiye none nti: ‘Ivyo Yehova aza kumbwira vyose ni vyo nza gukora+’?”
13 ‘Naho Balaki yompa inzu yiwe yuzuye ifeza n’inzahabu, sinoshobora kurenga itegeko rya Yehova ngo ngire ico nkora, caba ciza canke kibi kivuye mu mutima wanje bwite; ico Yehova ari buvuge cose ni co nzovuga+’?