ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Bene Shemu bari Elamu+ na Ashuru+ na Arupakishadi+ na Ludi na Aramu.

  • Guharura 22:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko atuma intumwa kuri Balamu+ mwene Beyori i Petori+, iruhande ya rwa Ruzi+ rwo mu gihugu c’ab’iwabo, kumuhamagara, mu kuvuga ati: “Ehe! Hari abantu baje bavuye mu Misiri. Ehe! Bapfutse isi gushika aho umuntu ageza amaso+, kandi baba neza na neza imbere yanje.

  • Gusubira mu vyagezwe 23:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 kuko bataje kubatabaza+ umukate n’amazi mu nzira igihe mwari muvuye mu Misiri+, no kubera bahereye Balamu mwene Beyori w’i Petori h’i Mezopotamiya ngo ahamagarire akabi kuri wewe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika