Guharura 22:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ‘Ehe abantu bariko baza bavuye mu Misiri, kandi bapfutse isi gushika aho umuntu ageza amaso+. Ndagusavye rero uze, ubamvumire+. Hari aho noshobora kubarwanya, nkabirukana koko.’”
11 ‘Ehe abantu bariko baza bavuye mu Misiri, kandi bapfutse isi gushika aho umuntu ageza amaso+. Ndagusavye rero uze, ubamvumire+. Hari aho noshobora kubarwanya, nkabirukana koko.’”