ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 22:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ubu rero, ndakwinginze uze, umvumire+ aba bantu, kuko bandusha ubushobozi. Hari aho nobanesha, nkabirukana mu gihugu; kuko nzi neza yuko uwo uhezagiye aba ahezagiwe, uwo uvumye na we akaba avumwe+.”

  • Guharura 23:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Maze avuga ijambo ryiwe ry’akagani+ ati:

      “Balaki umwami wa Mowabu yagerageje kundongōra ankuye i Aramu+,

      Ankuye mu misozi yo mu buseruko, ambwira ati:

      ‘Nuze umvumire Yakobo.

      Egome, nuze usibe Isirayeli+.’

  • Guharura 23:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko Balaki abwira Balamu ati: “Unkoreye ibiki? Nakuzanye ngo uvume abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako+.”

  • Guharura 24:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika