Guharura 22:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ‘Ehe abantu bariko baza bavuye mu Misiri, kandi bapfutse isi gushika aho umuntu ageza amaso+. Ndagusavye rero uze, ubamvumire+. Hari aho noshobora kubarwanya, nkabirukana koko.’” Guharura 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose. Yosuwa 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko sinashatse kwumviriza Balamu+. Nuko rero arabahezagira yisubiriza+. Gutyo ndabarokora mu kuboko kwiwe+. Nehemiya 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko batari barasanganije bene Isirayeli umukate+ n’amazi+, mugabo bagahera Balamu+ ngo ahamagarire akabi kuri bo+. Ariko Imana yacu uwo muvumo iwuhindura umuhezagiro+. Zaburi 109:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bobo nibavume+,Ariko weho uhezagire+.Barahagurutse, ariko nibamaramare+,Umusavyi wawe na we anezerwe+. Mika 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”
11 ‘Ehe abantu bariko baza bavuye mu Misiri, kandi bapfutse isi gushika aho umuntu ageza amaso+. Ndagusavye rero uze, ubamvumire+. Hari aho noshobora kubarwanya, nkabirukana koko.’”
10 Ishavu rya Balaki rica rirurumbira Balamu, akubita amashi ku yandi+, hanyuma Balaki abandanya kubwira Balamu ati: “Naguhamagaye ngo uvume+ abansi banje, none ehe wabahezagiye uherezako izi ncuro zitatu zose.
10 Ariko sinashatse kwumviriza Balamu+. Nuko rero arabahezagira yisubiriza+. Gutyo ndabarokora mu kuboko kwiwe+.
2 kuko batari barasanganije bene Isirayeli umukate+ n’amazi+, mugabo bagahera Balamu+ ngo ahamagarire akabi kuri bo+. Ariko Imana yacu uwo muvumo iwuhindura umuhezagiro+.
28 Bobo nibavume+,Ariko weho uhezagire+.Barahagurutse, ariko nibamaramare+,Umusavyi wawe na we anezerwe+.
5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”