Zaburi 31:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,Imbere y’abana b’abantu+. Zaburi 44:1 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ewe Mana, twarumvise n’amatwi yacu,Ba sogokuruza bacu baratudondeye+Igikorwa wakoze mu misi yabo+,Mu misi ya kera+. Zaburi 126:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova akoze ikintu gihambaye mu vyo adukoreye+.Turanezerewe+. Abaroma 11:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!
19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,Imbere y’abana b’abantu+.
44 Ewe Mana, twarumvise n’amatwi yacu,Ba sogokuruza bacu baratudondeye+Igikorwa wakoze mu misi yabo+,Mu misi ya kera+.
33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!