Itanguriro 49:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yuda ni icana c’intambwe+. Uzoduga, mwananje, uvuye ku cacakiwe. Yarunamye, yarigoroye nk’intambwe, kandi vyongeye, nka kurya kw’intambwe, ni nde yokwubahuka kumuvyura+? Guharura 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yarunamye, yararyamye nk’intambwe,Kandi, nk’intambwe, ni nde yubahuka kumuvyura+?Abaguhezagira ni abahezagiwe+,Abakuvuma na bo ni ibivume+.” Imigani 30:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 intambwe, ari yo ikomeye mu bindi bikoko kandi ikaba idasubira inyuma imbere y’umuntu n’umwe+;
9 Yuda ni icana c’intambwe+. Uzoduga, mwananje, uvuye ku cacakiwe. Yarunamye, yarigoroye nk’intambwe, kandi vyongeye, nka kurya kw’intambwe, ni nde yokwubahuka kumuvyura+?
9 Yarunamye, yararyamye nk’intambwe,Kandi, nk’intambwe, ni nde yubahuka kumuvyura+?Abaguhezagira ni abahezagiwe+,Abakuvuma na bo ni ibivume+.”