ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 31:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko ibi ari vyo Yehova ambwiye: “Nk’uko intambwe, mbere intambwe y’umukangara y’umugāra+, igwangwarira ku co yacakiye, iyo ihamagariwe igitigiri cuzuye c’abungere, ntiterwe ubwoba n’ijwi ryabo kandi ntiteshwe n’urwamo rwabo, ni ko Yehova nyen’ingabo azomanuka kurwana intambara kubera umusozi Siyoni no kubera umurambi wawo+.

  • Mika 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi amasigarira ya Yakobo, mu mahanga menshi, mu bisata vy’abantu vyinshi, azoba nk’intambwe mu bikoko vyo mu kibira, nk’intambwe y’umukangara y’umugāra mu masho y’intama, iyikandagira ikongera igatabagura iyo irenganye+; kandi nta murokozi aboneka.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika