Abalewi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimba ishikanwa ryiwe ari ishikanwa riturirwa+ ryo mu busho, ikigabo kitagira agahonzi+ ni co akwiye gushikiriza. Akwiye kugishikiririza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro avyigombeye, imbere ya Yehova+. Guharura 29:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Muze mushikirize ibi bwa shikanwa riturirwa rihabwa Yehova, bwa kamoto karuhura: ikimasa kimwe, impfizi y’intama imwe, imyagazi y’intama y’amasuguru indwi, umwe wose umaze umwaka+. Bize bibe ivyo mubona ko bitagira akanenge+.
3 “‘Nimba ishikanwa ryiwe ari ishikanwa riturirwa+ ryo mu busho, ikigabo kitagira agahonzi+ ni co akwiye gushikiriza. Akwiye kugishikiririza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro avyigombeye, imbere ya Yehova+.
8 Muze mushikirize ibi bwa shikanwa riturirwa rihabwa Yehova, bwa kamoto karuhura: ikimasa kimwe, impfizi y’intama imwe, imyagazi y’intama y’amasuguru indwi, umwe wose umaze umwaka+. Bize bibe ivyo mubona ko bitagira akanenge+.