ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze imisi y’ityororwa ryiwe ku bw’umuhungu canke ku bw’umukobwa niyakwira, azozana ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro impfizi y’intama ikiri nto, mu mwaka wayo wa mbere, ku bw’ishikanwa riturirwa+, n’inuma ikiri nto canke intunguru+ ku bw’ishikanwa ry’igicumuro, abihe umuherezi.

  • Guharura 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 hanyuma mukabwirizwa guhereza ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+, ishikanwa riturirwa+ canke ikimazi ku bwo gushitsa indagano idasanzwe canke ku bushake+ canke mu gihe c’imisi mikuru y’ibiringo+ yanyu, kugira ngo bibe akamoto karuhura kuri Yehova+, ishikanwa rivuye mu busho canke mu mukuku;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika